Ubwoko Bushasha Bw’Indege

Solar Ship yubaka indege zizoja gutabara iyo catawe. Ahantu nkaho naho usanga ata barabara canke ayandi mayira y’imigenderanire abayo.

Solarship ni indege ivukanisha ubuhinga bwo kuguruka buva ku mwuka uhwahwutse hamwe n’ubushobozi bw’indege bwo kuduga mu kirere. Ubuhinga yubatseko buyiha kuguruka no kugaruka hasi ikirosheje ikibanza gito cane kingana n’ikibuga c’umupira w’amaguru.

Ingene yahinguwe, twarateguye ikibanza kinini c’umuyaga nkuba uvuye ku mishwarara y’izuba, bizotuma ishobora kuguruka umwanya muremure idakeneye kugaruka hasi ngo isubire kurondera ibitoro nk’izindi ndege.

Ng’iryo iterambere tuzanye mu buryo bwo gutwara ibintu n’abantu, kuko tuzoja ahantu ata barabara, ikibuga c’indege canke ibitoro.

CAFRBRPTEast African CommunityCDRWBIMGIDIRJPChina